Episode 5. Urubanza rwa Anders Breivik yishe abantu 77 🔥🔥
Mar 8, 2022 ·
40m 37s
Download and listen anywhere
Download your favorite episodes and enjoy them, wherever you are! Sign up or log in now to access offline listening.
Description
Italiki 22 zukwezi kwindwi 2011 ni umusi utazokwibagiranwa mu buzima bwigihugu ca Norvege. Uyu musi abantu 77 barishwe, abanda barenga 100 barakomereka mu bitero vyabereye ahantu habiri hatandukanye, hamwe ni...
show more
Italiki 22 zukwezi kwindwi 2011 ni umusi utazokwibagiranwa mu buzima bwigihugu ca Norvege. Uyu musi abantu 77 barishwe, abanda barenga 100 barakomereka mu bitero vyabereye ahantu habiri hatandukanye, hamwe ni hagati mumuji wa Oslo, aho bita Regjeringskvartalet ahari ibiro vyabashirangaji beshi harimwo numushikirangaji wa mbere. Ahandi habereye igitero ni ku kazinga gatoya kitwa Utøya ahariko habera ikambi y’urwaruka rw’umugambwe witwa Arbeidspartiet ariwo parti travailliste cank Labour Party mu zindi ndimi. Ibi bitero vyose uko ari bibiri vyagizwe n’umuntu umwe yitwa Anders Behring Breivik, yarafise imyaka 32 ico gihe. None vyagenze gute kugira ibintu bishike ngaha umuntu ahinduke inyamaswa, agandagure abantu bangana gutya. Yabiteguye gute ari wenyene? Yakoreshe amayeri ayahe kugira Polisi ntimufate ariko arabitegura cank igihe yariko arakora ubu bwicanyi butagira izina? Inyishu muriyi Podcast yuyu musi.
show less
Information
Author | William Guillaume Muringa |
Organization | William Guillaume Muringa |
Website | - |
Tags |
Copyright 2024 - Spreaker Inc. an iHeartMedia Company