Episode 6: Urubanza rwa Christophe Sion 🔥🔥!
Jul 5, 2022 ·
27m 48s
Download and listen anywhere
Download your favorite episodes and enjoy them, wherever you are! Sign up or log in now to access offline listening.
Description
Uyu mugabo Christophe Sion, yari umudadanza w’umufaransa yarafise amafranga meshi cane. Ariko yaramaze imyaka myishi aba mu bu Rusiya, gushika mu kwezi kwa munani 2013, umusi yanyikiyeko adasize n’akamenyetso nagatoyi....
show more
Uyu mugabo Christophe Sion, yari umudadanza w’umufaransa yarafise amafranga meshi cane. Ariko yaramaze imyaka myishi aba mu bu Rusiya, gushika mu kwezi kwa munani 2013, umusi yanyikiyeko adasize n’akamenyetso nagatoyi. Ibi ntivyumvikana kuko yarafise ibikenewe vyose bitanga umunezero, akazi keza, umuryango umeze neza, ugizwe n’umugore wiwe hamwe n’umwana wiwe w’umukobwa yakunda cane. None vyagenze gute, yanyitse kubera iki, yanyikiye hehe, yashikiwe nibiki ?
show less
Information
Author | William Guillaume Muringa |
Organization | William Guillaume Muringa |
Website | - |
Tags |
-
|
Copyright 2024 - Spreaker Inc. an iHeartMedia Company