Ivyo Nabageze Vyose - Ntukihore 2 : Cira aha ndamukubite! Uramuhoye kandi umwigishije kwihora!
Aug 22, 2023 ·
12m 32s
![Ivyo Nabageze Vyose - Ntukihore 2 : Cira aha ndamukubite! Uramuhoye kandi umwigishije kwihora!](https://d3wo5wojvuv7l.cloudfront.net/t_square_limited_480/images.spreaker.com/original/a1879ae609308df03caba8728f05bf78.jpg)
Download and listen anywhere
Download your favorite episodes and enjoy them, wherever you are! Sign up or log in now to access offline listening.
Description
Iyo ubwiye umwana ngo "cira aha ndamukubite, agacira mu kiganza cawe, hanyuma ukikubita canke ugakubita uwuri iruhande yawe canke ugakubita igiti, uba umuhoye kandi uba umwigishije kwihora. Sigaho! Ntukongere kubikora!
show more

show less
Information
Author | John Niyondiko |
Website | - |
Tags |
Copyright 2024 - Spreaker Inc. an iHeartMedia Company