![Podcast Cover](https://d3wo5wojvuv7l.cloudfront.net/t_square_limited_480/images.spreaker.com/original/a1879ae609308df03caba8728f05bf78.jpg)
Contacts
Info
This podcast is intended to help listeners to cope with life, to live in harmony with self, others, and with the Creator
![Podcast Cover](https://d3wo5wojvuv7l.cloudfront.net/t_square_limited_480/images.spreaker.com/original/a1879ae609308df03caba8728f05bf78.jpg)
John K. Niyondiko podcast
John K. Niyondiko podcast
-
Ivyo Nabageze Vyose 69. Tugende tubwire abandi ivyo Imana yadukoreye
21 FEB 2024 · I once was lost but now I am found, was blind but now I see. -
-
-
-
INV 65 - Kora gutya nimba ushaka kubona Imana
22 NOV 2023 -
Ivyo Nabageze Vyose 64. Wewe baharire kandi ubasabire ivyiza hanyuma urabe ibikurikira!
17 OCT 2023 · Ukudaharira gushobora kuba imihongero canke imiryango izibira inyishu z'amasengesho yawe. Harira kandi usabire ivyiza abansi bawe hanyuma urabe ibiza kukubako. -
-
Ivyo Nabageze Vyose - Ntukihore 2 : Cira aha ndamukubite! Uramuhoye kandi umwigishije kwihora!
22 AUG 2023 · Iyo ubwiye umwana ngo "cira aha ndamukubite, agacira mu kiganza cawe, hanyuma ukikubita canke ugakubita uwuri iruhande yawe canke ugakubita igiti, uba umuhoye kandi uba umwigishije kwihora. Sigaho! Ntukongere kubikora! -
Ivyo Nabageze Vyose 61 - Ntukihore1
9 AUG 2023 -
Ivyo Nabageze Vyose 60. Icompa Abantu b'Uhoraho bose Bakavugishwa Nawe!
20 JUL 2023 · Twipfuze ko abandi bene Data bose bovugishwa n'Imana bose kandi bose.
This podcast is intended to help listeners to cope with life, to live in harmony with self, others, and with the Creator
Information
Author | John Niyondiko |
Categories | Society & Culture |
Website | - |
jniyondiko@gmail.com |
Copyright 2024 - Spreaker Inc. an iHeartMedia Company